Good improvement
Narimaze amazi agera kuri (ane) shiramwo inomero +1 🇺🇸 vyanka ariko uyumusi vyemeye.
Ndabishimye neza cane
Application ni nziza kubera ko yiyumviriwe k’uburyo butunganijwe neza. Gusa ikibazo mfise ndiko ndinjira ntinyemerera gushiramwo inimero kugira yuguruke neza, nibazako muzobitunganya neza. Hama ikindi nobasaba ni ukwo bitogarukira k’uguhanahana amakuru bisanzwe ahubwo mwodushiriramwo n’ubuhinga bwinshi nka burya rurya rubuga rwa Wechat abashinwa bakoresha rufise, na cane cane ibijanye no kuriha amafacture atayindi application dukoresheje.
Murakoze
Murakoze
Show more









